Urahawe ikaze mu muryango w'abakozi badasanzwe bariko barakorana ishaka ngo bateze imbere
Igihugu cabo n'Abarundi bose muri rusangi. Ukaba uri umunyeshuri, uwikorera utwiwe,
uwudakora, canke uwukorera abandi; mwese murahawe ikaze muri Cooperative Inyenyeri Vision Burundi.
Ibisabwa kugira wemererwe wongere uhabwe ikarata yo kuba umunywanyi ni kuba ukwije imyaka 18.
Utarakwiza imyaka 18
FYONDA HANO
Muri make Cooperative Inyenyeri Vision Burundi ifise imigambi myinshi y'iterambere n'ibikorwa
vyinshi k'urwaruka cane cane. Ukaba uri umunyamwete n'ishaka mu bikorwa, uzuza iyo fomu
iri aho munsi utanze umwidondoro wawe nyakuri. Turaguhaye ikaze ☺