Tanga umwidondoro wawe nyakuri canke w'umwana wawe. Imbere y'uko mwakirwa mukemererwa kwinjira mu bandi, harakorwa isuzumwa mu gukingira abasanzwe bari muri cooperative. Tubasabe rero mutange umwidondoro nyawo.